ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 10:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Imigani ya Salomo+.

      Umwana w’inkerebutsi ni uwunezereza se+, ariko umwana w’ikijuju ni intuntu ya nyina+.

  • Imigani 27:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ba inkerebutsi mwananje, unezereze umutima wanje+, kugira ngo nshobore kwishura uwuncokora+.

  • 3 Yohani 4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nta kindi mfise contera gukenguruka kiruta ibi bintu: ni uko nokwumva ko abana banje babandanya kugendera mu kuri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika