5“‘Mu gihe na ho umuntu+ acumuye mu kuba yumvise imivumo+ ivuzwe icese, akaba ari icabona canke yabibonye canke yabimenye, natabimenyesha+, azotegerezwa kwishura ikosa ryiwe.
8 Akurikira nya mugabo wo muri Isirayeli mw’ihema ryihese, maze abatobekeranya bompi, nya mugabo na nya mugore mu bihimba vyiwe vy’irondoka. Ikiza kibona guhagarara kiva kuri bene Isirayeli+.
23 kuko ubugarariji+ ari cokimwe n’igicumuro c’ukuragura+, kandi ukwitanganiza wita imbere kukaba cokimwe no gukoresha ububasha bw’ivy’amageza na terafimu*+. Ko wanse ijambo rya Yehova+, na we arakwanse ngo ntubandanye kuba umwami+.”