Zaburi 40:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye+,Kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe+. Imigani 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mwananje, niwakîra amajambo yanje+ kandi ukabika muri ntibate amabwirizwa yanje iruhande yawe+,
8 Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye+,Kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe+.