Yohani 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Imana ni Impwemu+, kandi abayisenga bategerezwa kuyisenga mu mpwemu no mu kuri+.” Yohani 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ubeze+ biciye ku kuri; ijambo+ ryawe ni ukuri+.