Zaburi 72:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Naburanire abantu bawe yisunze ubugororotsi+,N’abarushwa bawe yisunze ingingo y’ubutungane+. Yesaya 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi azocira urubanza koko abantu batobato+ mu bugororotsi, atange igikangiro mu kugororoka ku neza y’abatekereza bo kw’isi. Kandi azokubita koko isi inkoni y’akanwa kiwe+; kandi akoresheje impwemu y’iminwa yiwe, azokwica umubisha+. Yesaya 42:1 Bibiliya y’isi nshasha 42 Ehe umusavyi wanje+, uwo ngumije+! Uwo natoye+, uwo umutima wanje washimye+! Nashize impwemu yanje muri we+. Azozana ubutungane ku mahanga+.
4 Kandi azocira urubanza koko abantu batobato+ mu bugororotsi, atange igikangiro mu kugororoka ku neza y’abatekereza bo kw’isi. Kandi azokubita koko isi inkoni y’akanwa kiwe+; kandi akoresheje impwemu y’iminwa yiwe, azokwica umubisha+.
42 Ehe umusavyi wanje+, uwo ngumije+! Uwo natoye+, uwo umutima wanje washimye+! Nashize impwemu yanje muri we+. Azozana ubutungane ku mahanga+.