ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 13:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Uwurinda akanwa kiwe aba ariko azigama ubuzima bwiwe+. Uwutaburura iminwa yiwe, emwe, uwo azohura n’agatikizo+.

  • Imigani 18:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Akanwa k’ikijuju ni ko gatikizo kaco+, kandi iminwa yaco ibera umutego ubuzima bwaco+.

  • Imigani 21:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Uwugumya akanwa kiwe n’ururimi rwiwe aba arinze ubuzima bwiwe amarushwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika