Zaburi 37:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi hasigaye akanya gatoyi, umubisha ntabe akiriho+;Kandi uzokwitegereza koko aho yahora, umubure+. Zaburi 58:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Imbere y’uko inkono zanyu zumva umubambangwe ucanywe+,Umubambangwe mubisi be n’uwaka, azoyivumbura nk’umuyaga w’ikirura+. Yesaya 40:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ntibarigera baterwa; ntibarigera babibwa; igishitsi cabo ntikirigera gishora imizi mw’isi+. Umuntu yopfa gusa guhuhira kuri bo bagaca buma+; ikirura c’umuyaga kizobakukumura nk’ibishakara+.
10 Kandi hasigaye akanya gatoyi, umubisha ntabe akiriho+;Kandi uzokwitegereza koko aho yahora, umubure+.
9 Imbere y’uko inkono zanyu zumva umubambangwe ucanywe+,Umubambangwe mubisi be n’uwaka, azoyivumbura nk’umuyaga w’ikirura+.
24 Ntibarigera baterwa; ntibarigera babibwa; igishitsi cabo ntikirigera gishora imizi mw’isi+. Umuntu yopfa gusa guhuhira kuri bo bagaca buma+; ikirura c’umuyaga kizobakukumura nk’ibishakara+.