ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 15:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Amahera yiwe ntiyayatanze ku nyungu+,

      Kandi ntiyakiriye igiturire co gutsindisha intungane+.

      Uwukora ivyo bintu ntazokwigera anyiganyizwa+.

  • Matayo 7:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “Umuntu wese rero yumva aya majambo yanje akayashira mu ngiro azomera nk’umugabo w’ubwenge yubatse inzu yiwe ku gitandara+.

  • 1 Timoteyo 6:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 bibikire nk’ubutunzi+ ahatagira inkomanzi umushinge+ mwiza ku bwa kazoza, kugira bacakire ubuzima nyakuri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika