Zaburi 37:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko inkozi z’ikibi zizorandurwa+,Ariko abizigira Yehova ni bo bazokwigabira isi+. Matayo 21:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Bamubwira bati: “Kubera ko ari babi, azobatikiza bimwe bibi+, nya murima na wo awuhe abandi barimyi bazomuhereza ivyamwa igihe kigeze+.”
41 Bamubwira bati: “Kubera ko ari babi, azobatikiza bimwe bibi+, nya murima na wo awuhe abandi barimyi bazomuhereza ivyamwa igihe kigeze+.”