Imigani 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ikintu co kwipfuzwa mu muntu yakuwe mw’ivu ni ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+; kandi ntahonikora aruta umuntu w’umubeshi+. Daniyeli 4:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 None rero ga mwami, ese impanuro yanje yokubera nziza+, ugakuraho ibicumuro vyawe biciye ku bugororotsi+, n’ububi bwawe mu kugirira imbabazi aboro+. Hari aho ugutunganirwa kwawe kwokwongerezwa igihe+.’” Luka 6:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Mugire akamenyero ko gutanga, namwe bazobaha+. Bazobasukira mu bikondorero vyanyu ingero nziza, itsindagiye, inyingishe kandi isesekaye. Kuko ingero mugeresha ari yo namwe bazobagererako+.” 2 Abakorinto 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo muri ivyo, uwubiba isorosoro+ azoshwabura isorosoro; uwubiba vyinshi+ na we azoshwabura vyinshi.
22 Ikintu co kwipfuzwa mu muntu yakuwe mw’ivu ni ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+; kandi ntahonikora aruta umuntu w’umubeshi+.
27 None rero ga mwami, ese impanuro yanje yokubera nziza+, ugakuraho ibicumuro vyawe biciye ku bugororotsi+, n’ububi bwawe mu kugirira imbabazi aboro+. Hari aho ugutunganirwa kwawe kwokwongerezwa igihe+.’”
38 Mugire akamenyero ko gutanga, namwe bazobaha+. Bazobasukira mu bikondorero vyanyu ingero nziza, itsindagiye, inyingishe kandi isesekaye. Kuko ingero mugeresha ari yo namwe bazobagererako+.”
6 Mugabo muri ivyo, uwubiba isorosoro+ azoshwabura isorosoro; uwubiba vyinshi+ na we azoshwabura vyinshi.