Imigani 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Biciye ku buntu bwuzuye urukundo no ku kuri ikosa rirahongerwa+, kandi mu gutinya Yehova umuntu arakevya ngo ntagwe mu bibi+. Imigani 28:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Uwupfuka ibigabitanyo vyiwe ntazororanirwa+, mugabo uwuvyatura kandi akabiheba azogirirwa imbabazi+. Yesaya 55:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umubisha nahebe inzira yiwe+, n’umuntu agira nabi ahebe ivyiyumviro vyiwe+; nagaruke kuri Yehova, uwuzomugirira imbabazi+, ku Mana yacu, kuko izobabarira cane+. Ezekiyeli 18:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “‘Nayo umubisha, niyahindukira akava mu bicumuro vyiwe vyose yakoze+, akagumya koko ivyagezwe vyanje vyose, agashitsa ubutungane n’ubugororotsi+, ntazobura kubandanya kubaho. Ntazopfa+. Matayo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko rero nimwame ivyamwa bikwiranye n’ukwigaya+;
6 Biciye ku buntu bwuzuye urukundo no ku kuri ikosa rirahongerwa+, kandi mu gutinya Yehova umuntu arakevya ngo ntagwe mu bibi+.
13 Uwupfuka ibigabitanyo vyiwe ntazororanirwa+, mugabo uwuvyatura kandi akabiheba azogirirwa imbabazi+.
7 Umubisha nahebe inzira yiwe+, n’umuntu agira nabi ahebe ivyiyumviro vyiwe+; nagaruke kuri Yehova, uwuzomugirira imbabazi+, ku Mana yacu, kuko izobabarira cane+.
21 “‘Nayo umubisha, niyahindukira akava mu bicumuro vyiwe vyose yakoze+, akagumya koko ivyagezwe vyanje vyose, agashitsa ubutungane n’ubugororotsi+, ntazobura kubandanya kubaho. Ntazopfa+.