Itanguriro 49:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ntiwinjire mu mugwi wabo w’abagenzi somambike+, ewe mutima wanje! Ntukifatanye n’ishengero ryabo+, ewe muzirikanyi wanje, kuko bishe abantu mw’ishavu ryabo+, bagaca ibitsi amashūri mu gukora uko bigombeye. Abacamanza 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Adoni-bezeki avuga rero ati: “Hari abami mirongo irindwi baciwe ibikumu vy’iminwe yabo n’amano makuru y’ibirenge vyabo bahora batoragura ibifungurwa munsi y’imeza yanje+. Uko nagize, ni ko Imana inyishuye.” Inyuma y’ivyo bamujana i Yeruzalemu+, apfirayo. 1 Samweli 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo Nahashi Umwamoni ababwira ati: “Nimwemera iki kintu ni ho nzorigirana namwe: nimwemera nkabanogora+ ijisho ryanyu ry’iburyo ryose, nanje nzotegerezwa kubishira kuri Isirayeli yose biyibere iceyi+.”
6 Ntiwinjire mu mugwi wabo w’abagenzi somambike+, ewe mutima wanje! Ntukifatanye n’ishengero ryabo+, ewe muzirikanyi wanje, kuko bishe abantu mw’ishavu ryabo+, bagaca ibitsi amashūri mu gukora uko bigombeye.
7 Adoni-bezeki avuga rero ati: “Hari abami mirongo irindwi baciwe ibikumu vy’iminwe yabo n’amano makuru y’ibirenge vyabo bahora batoragura ibifungurwa munsi y’imeza yanje+. Uko nagize, ni ko Imana inyishuye.” Inyuma y’ivyo bamujana i Yeruzalemu+, apfirayo.
2 Mugabo Nahashi Umwamoni ababwira ati: “Nimwemera iki kintu ni ho nzorigirana namwe: nimwemera nkabanogora+ ijisho ryanyu ry’iburyo ryose, nanje nzotegerezwa kubishira kuri Isirayeli yose biyibere iceyi+.”