Imigani 27:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umunyabwenge abonye icago arihisha+; abantu batazi utuntu n’utundi bararengana bakibonerako+. Abaroma 16:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko abantu mwene abo atari abashumba b’Umukama wacu Kristu, ahubwo ni ab’inda zabo bwite+; kandi bakoresha akarimi gasosa+ n’amajambo yo gushimagiza+ bakaryosharyosha imitima y’abantu b’inziraburyarya.
18 Kuko abantu mwene abo atari abashumba b’Umukama wacu Kristu, ahubwo ni ab’inda zabo bwite+; kandi bakoresha akarimi gasosa+ n’amajambo yo gushimagiza+ bakaryosharyosha imitima y’abantu b’inziraburyarya.