ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 25:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ubu rero, umenye wongere urabe ico uri bukore, kuko hafashwe ingingo yo gushitsa ivyago+ kuri databuja no ku nzu yiwe yose, kubera yuko ari umuntu w’imburakimazi+ rwose ku buryo ata wogira ico amubwira.”

  • Imigani 28:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ntahonikora agendera mu gutungana kwiwe aruta uwuhetaraye mu nzira ziwe naho aba atunze+.

  • Matayo 12:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 kuko amajambo yawe ari yo azotuma witwa umugororotsi, kandi amajambo yawe ni yo azogutsindisha+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika