ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Inyuma y’ivyo Imana yihweza ikintu cose yari yakoze, isanga cari ciza cane+. Nuko haba umugoroba, haba n’igitondo: uwo ni umusi ugira gatandatu.

  • Umusiguzi 7:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Raba! Ibi vyonyene ni vyo nabonye, yuko Imana y’ukuri abantu yabakoze bagororotse+, mugabo bo birondereye imigambi myinshi+.”

  • Mariko 7:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Emwe, barajorerwa+ bimwe vy’akataraboneka, bavuga bati: “Akoze ibintu vyose neza. Aratuma n’ibipfamatwi vyumva n’ibiragi bikavuga+.”

  • Abaroma 1:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Kuko kamere zayo zitaboneka+ zibonwa neza uhereye kw’iremwa ry’isi+, kubera ko zitahurirwa ku bintu vyaremwe+, ni zo bubasha bwayo bw’ibihe bidahera+ n’Ubumana bwayo+, ku buryo ata co bireguza+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika