Imigani 10:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mu murengera w’amajambo ntihaburamwo ukugabitanya+, ariko uwugumya iminwa yiwe aba akoranye ubwenge+. Imigani 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ururimi rw’abantu b’inkerebutsi rukora ineza biciye ku bumenyi+, mugabo akanwa k’ibijuju kadudubiza ubupfu+. Umusiguzi 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi igipfu kivuga amajambo menshi+. Umuntu ntazi ibizoba; vyongeye, ibizoba mu nyuma ziwe, ni nde yobimubwira+?
19 Mu murengera w’amajambo ntihaburamwo ukugabitanya+, ariko uwugumya iminwa yiwe aba akoranye ubwenge+.
2 Ururimi rw’abantu b’inkerebutsi rukora ineza biciye ku bumenyi+, mugabo akanwa k’ibijuju kadudubiza ubupfu+.
14 Kandi igipfu kivuga amajambo menshi+. Umuntu ntazi ibizoba; vyongeye, ibizoba mu nyuma ziwe, ni nde yobimubwira+?