ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Imana yongera kuvuga iti: “Ehe ndabahaye ibimera vyose vyama imbuto biri ku buringanire bw’isi yose, n’igiti cose kiriko ivyamwa vy’igiti cama imbuto+. Nibibabere ibifungurwa+.

  • Zaburi 104:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Amereza ibikoko ivyatsi bitoto+,

      N’ibimera ngo abantu bavyikoreko+,

      Ngo atume ibifungurwa bisokoroka biva mw’ivu+,

  • Imigani 28:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Uwurima ubutaka bwiwe azogira umukate ukwiye+, uwukurikirana ibintu ata co bimaze na we azogira ubworo bukwiye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika