21 Rehobowamu akunda Mayaka umwuzukuru wa Abusalomu kuruta uko akunda abandi bagore biwe bose+ n’incoreke ziwe; kuko yari yabiriye abagore cumi n’umunani, be n’incoreke mirongo itandatu, ku buryo avyara abahungu mirongo ibiri n’umunani n’abakobwa mirongo itandatu.