Gusubira mu vyagezwe 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Aho ni ho mutegerezwa kurira imbere ya Yehova Imana yanyu+ no kunezererwa mu migambi yanyu yose+, mwe n’ingo zanyu, kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye. 1 Abami 8:66 Bibiliya y’isi nshasha 66 Ku musi ugira umunani arungika abantu+; nuko batangura guhezagira umwami maze baja i muhira iwabo, banezerewe+ kandi baryohewe mu mutima+ kubera ineza+ yose Yehova yari yaragiriye Dawidi umusavyi wiwe na Isirayeli abantu biwe. Zaburi 104:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 N’umuvinyu unezereza umutima w’umuntu buntu+,Ngo akayanganishe mu maso amavuta+,N’umukate utunga umutima w’umuntu apfa+. Umusiguzi 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ku muntu, nta ciza kihari kuruta ko yorya, emwe, akanywa, agatuma umutima wiwe ubona iciza kubera igikorwa ciwe c’ubutame+. Ivyo na vyo nyene narabibonye, jewe ubwanje, yuko ivyo biva mu kuboko kw’Imana y’ukuri+.
7 Aho ni ho mutegerezwa kurira imbere ya Yehova Imana yanyu+ no kunezererwa mu migambi yanyu yose+, mwe n’ingo zanyu, kuko Yehova Imana yawe yaguhezagiye.
66 Ku musi ugira umunani arungika abantu+; nuko batangura guhezagira umwami maze baja i muhira iwabo, banezerewe+ kandi baryohewe mu mutima+ kubera ineza+ yose Yehova yari yaragiriye Dawidi umusavyi wiwe na Isirayeli abantu biwe.
15 N’umuvinyu unezereza umutima w’umuntu buntu+,Ngo akayanganishe mu maso amavuta+,N’umukate utunga umutima w’umuntu apfa+.
24 Ku muntu, nta ciza kihari kuruta ko yorya, emwe, akanywa, agatuma umutima wiwe ubona iciza kubera igikorwa ciwe c’ubutame+. Ivyo na vyo nyene narabibonye, jewe ubwanje, yuko ivyo biva mu kuboko kw’Imana y’ukuri+.