ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 31:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ewe kuntu ukumera neza kwawe ari kwinshi+, ukwo wabikiye muri ntibate abagutinya+,

      Ukwo wagiriye abahungira muri wewe,

      Imbere y’abana b’abantu+.

  • Yesaya 63:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nzovuga ibikorwa vy’ubuntu bwuzuye urukundo vya Yehova+, amashemezo ya Yehova, nk’uko ivyo Yehova yatugiriye vyose biri+, egome, ukumera neza kwinshi yagiriye inzu ya Isirayeli+, ukwo yabagiriye nk’uko imbabazi ziwe ziri+, nk’uko kandi ibikorwa vyiwe vyinshi vy’ubuntu bwuzuye urukundo biri.

  • Yeremiya 31:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Bazoza koko bihe akamo k’umunezero bari ahakirurutse ha Siyoni+, bakayangane kubera ukumera neza kwa Yehova+, kubera intete no kubera umuvinyu mushasha+ no kubera amavuta no kubera imyagazi y’umukuku n’inyana z’inka+. Kandi bazoba nk’umurima uvomerewe neza+, ntibazosubira kuba goyigoyi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika