Kuvayo 20:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 mugabo nkagirira ubuntu bwuzuye urukundo iyaruka rigira igihumbi ku bankunda bakagumya amabwirizwa yanje+. Zaburi 63:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kubera ko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari bwiza kuruta ubuzima+,Iminwa yanje izogukeza+. Zaburi 107:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yoo! abantu nibakengurukire Yehova kubera ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+No kubera ibikorwa vyiwe vy’agatangaza akorera abana b’abantu+! Zaburi 136:1 Bibiliya y’isi nshasha 136 Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;
6 mugabo nkagirira ubuntu bwuzuye urukundo iyaruka rigira igihumbi ku bankunda bakagumya amabwirizwa yanje+.
8 Yoo! abantu nibakengurukire Yehova kubera ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+No kubera ibikorwa vyiwe vy’agatangaza akorera abana b’abantu+!
136 Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;