1 Abami 8:66 Bibiliya y’isi nshasha 66 Ku musi ugira umunani arungika abantu+; nuko batangura guhezagira umwami maze baja i muhira iwabo, banezerewe+ kandi baryohewe mu mutima+ kubera ineza+ yose Yehova yari yaragiriye Dawidi umusavyi wiwe na Isirayeli abantu biwe. Zaburi 31:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ewe kuntu ukumera neza kwawe ari kwinshi+, ukwo wabikiye muri ntibate abagutinya+,Ukwo wagiriye abahungira muri wewe,Imbere y’abana b’abantu+.
66 Ku musi ugira umunani arungika abantu+; nuko batangura guhezagira umwami maze baja i muhira iwabo, banezerewe+ kandi baryohewe mu mutima+ kubera ineza+ yose Yehova yari yaragiriye Dawidi umusavyi wiwe na Isirayeli abantu biwe.
19 Ewe kuntu ukumera neza kwawe ari kwinshi+, ukwo wabikiye muri ntibate abagutinya+,Ukwo wagiriye abahungira muri wewe,Imbere y’abana b’abantu+.