Zaburi 51:1 Bibiliya y’isi nshasha 51 Ngirira ubutoni, ewe Mana, nk’uko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buri+.Nuhanagure ibigabitanyo vyanje nk’uko ubwinshi bw’imbabazi zawe buri+. Yesaya 55:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umubisha nahebe inzira yiwe+, n’umuntu agira nabi ahebe ivyiyumviro vyiwe+; nagaruke kuri Yehova, uwuzomugirira imbabazi+, ku Mana yacu, kuko izobabarira cane+.
51 Ngirira ubutoni, ewe Mana, nk’uko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buri+.Nuhanagure ibigabitanyo vyanje nk’uko ubwinshi bw’imbabazi zawe buri+.
7 Umubisha nahebe inzira yiwe+, n’umuntu agira nabi ahebe ivyiyumviro vyiwe+; nagaruke kuri Yehova, uwuzomugirira imbabazi+, ku Mana yacu, kuko izobabarira cane+.