Indirimbo ya Salomo 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ntimundabe kubera ko nsa n’inginagina, kubera ko izuba ryambabuye. Bene mama baranshavuriye; bangize umucunzi w’imirima y’imizabibu, naho umurima wanje w’imizabibu+, uwari rwanje, ntawucunze. Indirimbo ya Salomo 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Nari namanutse ku murima+ w’ibiti vy’ibinyamise, kuraba iminago mu mwonga+, kuraba ko umuzabibu wari wanaze, ko ibiti vy’amakomamanga vyari vyashuritse+.
6 Ntimundabe kubera ko nsa n’inginagina, kubera ko izuba ryambabuye. Bene mama baranshavuriye; bangize umucunzi w’imirima y’imizabibu, naho umurima wanje w’imizabibu+, uwari rwanje, ntawucunze.
11 “Nari namanutse ku murima+ w’ibiti vy’ibinyamise, kuraba iminago mu mwonga+, kuraba ko umuzabibu wari wanaze, ko ibiti vy’amakomamanga vyari vyashuritse+.