Yesaya 35:1 Bibiliya y’isi nshasha 35 Agahinga be n’akarere kagadutse bizokwigina+, kandi ikiyaya c’ubugaragwa kizonezerwa, gishurike nk’ishurwe ry’izafarani+.
35 Agahinga be n’akarere kagadutse bizokwigina+, kandi ikiyaya c’ubugaragwa kizonezerwa, gishurike nk’ishurwe ry’izafarani+.