Yesaya 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuri uwo musi, ico Yehova anagisha+ kizoba ic’ubwiza n’ic’ubuninahazwa+, kandi ivyamwa vy’igihugu bizoba ikintu co kwishimira+ n’ikintu ciza ku bo muri Isirayeli barokotse+. Yesaya 27:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mu misi izoza Yakobo azoshora imizi, Isirayeli+ azoshurika anage koko; kandi ntibazobura kwuzuza umwimbu uburinganire bw’ubutaka bwimbuka+. Yesaya 55:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Kuko muzosohokana umunezero+, mwinjizwe mu mahoro+. Imisozi n’imirambi bizogira akamwemwe imbere yanyu n’akamo k’umunezero+, kandi ibiti vy’ishamba vyose bizokoma amashi+.
2 Kuri uwo musi, ico Yehova anagisha+ kizoba ic’ubwiza n’ic’ubuninahazwa+, kandi ivyamwa vy’igihugu bizoba ikintu co kwishimira+ n’ikintu ciza ku bo muri Isirayeli barokotse+.
6 Mu misi izoza Yakobo azoshora imizi, Isirayeli+ azoshurika anage koko; kandi ntibazobura kwuzuza umwimbu uburinganire bw’ubutaka bwimbuka+.
12 “Kuko muzosohokana umunezero+, mwinjizwe mu mahoro+. Imisozi n’imirambi bizogira akamwemwe imbere yanyu n’akamo k’umunezero+, kandi ibiti vy’ishamba vyose bizokoma amashi+.