Itanguriro 29:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yakobo yarakunda Rasheli. Avuga rero ati: “Nditeguriye kugukorera imyaka indwi ngo umpe Rasheli umukobwa wawe mutoyi+.” Itanguriro 29:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yakobo akora imyaka indwi ngo aze ahabwe Rasheli+, mugabo mu maso yiwe iba nk’imisi mikeya kubera urukundo yamukunda+.
18 Yakobo yarakunda Rasheli. Avuga rero ati: “Nditeguriye kugukorera imyaka indwi ngo umpe Rasheli umukobwa wawe mutoyi+.”
20 Yakobo akora imyaka indwi ngo aze ahabwe Rasheli+, mugabo mu maso yiwe iba nk’imisi mikeya kubera urukundo yamukunda+.