Yesaya 32:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko umunara wo kubamwo ubwawo watawe+, uruyogoyogo rw’igisagara rwahebwe; Ofeli+ be n’umunara w’inderetsi ubwavyo vyacitse amatongo y’agahinga, bicika umwigino w’imparage igihe kitagira urugero, uburagiriro bw’amasho; Yeremiya 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yeruzalemu nzoyihindura ibirundo vy’amabuye+, aho imbwebwe zitaha+; ibisagara vya Yuda na vyo nzobihindura igiharabuga, aho ata muntu aba+. Gucura intimba 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Inzira za Siyoni ziragandaye, kuko ata n’umwe aza ku musi mukuru+.Amarembo yiwe yose bayagize umusaka+; abaherezi biwe baraniha+.Abigeme biwe b’isugi bishwe n’intuntu, na we ubwiwe afise umururazi+. Gucura intimba 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Amarembo yiwe+ yanyikiye mu kuzimu. Yaranduye yongera aravunagura ibihindizo vyiwe.Umwami wiwe n’abaganwa biwe bari mu mahanga+. Nta tegeko rihari+.Abahanuzi biwe na bo nyene nta yerekwa baronse rivuye kuri Yehova+. Mika 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko uruguma ruri kuri we rudashobora gukira+; kuko rwashitse no kuri Yuda+, icago kigashika kw’irembo ry’abantu banje, kigashika i Yeruzalemu+.
14 Kuko umunara wo kubamwo ubwawo watawe+, uruyogoyogo rw’igisagara rwahebwe; Ofeli+ be n’umunara w’inderetsi ubwavyo vyacitse amatongo y’agahinga, bicika umwigino w’imparage igihe kitagira urugero, uburagiriro bw’amasho;
11 Yeruzalemu nzoyihindura ibirundo vy’amabuye+, aho imbwebwe zitaha+; ibisagara vya Yuda na vyo nzobihindura igiharabuga, aho ata muntu aba+.
4 Inzira za Siyoni ziragandaye, kuko ata n’umwe aza ku musi mukuru+.Amarembo yiwe yose bayagize umusaka+; abaherezi biwe baraniha+.Abigeme biwe b’isugi bishwe n’intuntu, na we ubwiwe afise umururazi+.
9 Amarembo yiwe+ yanyikiye mu kuzimu. Yaranduye yongera aravunagura ibihindizo vyiwe.Umwami wiwe n’abaganwa biwe bari mu mahanga+. Nta tegeko rihari+.Abahanuzi biwe na bo nyene nta yerekwa baronse rivuye kuri Yehova+.
9 Kuko uruguma ruri kuri we rudashobora gukira+; kuko rwashitse no kuri Yuda+, icago kigashika kw’irembo ry’abantu banje, kigashika i Yeruzalemu+.