Yesaya 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hari iyerekwa rikomeye+ nabwiwe: Umuhemu arahemuka, umusahuzi na we agasahura+. Duga, Elamu we! Sugereza, Bumedi we+! Ukuniha kwose ateza nakurangije+. Yesaya 33:1 Bibiliya y’isi nshasha 33 Uragowe wewe unyaga kandi ubwawe utanyagwa, nawe uhemuka kandi abandi bataguhemukiye+! Ukirangiza kunyaga, uzonyagwa+. Ugiheza guhemuka, bazoguhemukira+. Gucura intimba 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ararira cane mw’ijoro+, kandi amosozi yiwe ari ku matama yiwe+.Ntagira uwumuhoza mu bakunzi biwe bose+.Abagenzi biwe bose baramuhemukiye+. Basigaye ari abansi kuri we+.
2 Hari iyerekwa rikomeye+ nabwiwe: Umuhemu arahemuka, umusahuzi na we agasahura+. Duga, Elamu we! Sugereza, Bumedi we+! Ukuniha kwose ateza nakurangije+.
33 Uragowe wewe unyaga kandi ubwawe utanyagwa, nawe uhemuka kandi abandi bataguhemukiye+! Ukirangiza kunyaga, uzonyagwa+. Ugiheza guhemuka, bazoguhemukira+.
2 Ararira cane mw’ijoro+, kandi amosozi yiwe ari ku matama yiwe+.Ntagira uwumuhoza mu bakunzi biwe bose+.Abagenzi biwe bose baramuhemukiye+. Basigaye ari abansi kuri we+.