Zaburi 78:57 Bibiliya y’isi nshasha 57 Vyongeye, baguma basubira inyuma kandi bahemuka nka ba sekuruza babo+;Bahindukira nk’umuheto ufororotse+. Yeremiya 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Amaherezo narabazanye mu gihugu c’imirima y’ivyamwa, kugira ngo murye ivyamwa vyaco n’ibintu vyiza vyaco+. Mugabo mwaraje, muhumanya igihugu canje; intoranwa yanje mwayigize ikintu giteye ishishi+.
57 Vyongeye, baguma basubira inyuma kandi bahemuka nka ba sekuruza babo+;Bahindukira nk’umuheto ufororotse+.
7 “Amaherezo narabazanye mu gihugu c’imirima y’ivyamwa, kugira ngo murye ivyamwa vyaco n’ibintu vyiza vyaco+. Mugabo mwaraje, muhumanya igihugu canje; intoranwa yanje mwayigize ikintu giteye ishishi+.