ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 35:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ico gihe uwucumbagira azonanagira nk’ifumbēri*+, kandi ururimi rw’ikiragi ruzokwiha akamo k’urweze+. Kuko mu gahinga amazi azoba yadudubije, n’inzuzi z’isumo mu kiyaya c’ubugaragwa.

  • Yesaya 41:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ku mirambi igaragara nzokwugurura inzuzi, hagati mu biyaya vy’imibande na ho, imbizi+. Agahinga nzokagira ikidengeri c’amazi cuzuyeko amarenga, igihugu kigadutse na co ndakigire amasôko y’amazi+.

  • Yesaya 58:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Yehova ntazobura kwama+ akuyobora+ kandi akaguhaza no mu gihugu kibabutse+, kandi azogarukanira ingoga amagufa yawe+; uzomera nk’umurima uvomerwa neza+, umere kandi nk’isôko ry’amazi, amazi atabesha.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika