ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 21:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Boba bacika ibikumbi imbere y’umuyaga+,

      Bagacika kandi nk’umuguruka usahuwe n’umuyaga w’ikirura?

  • Zaburi 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Ababisha ntibameze gutyo,

      Ahubwo bameze nk’umuguruka ugururwa n’umuyaga+.

  • Zaburi 35:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Nibacike nk’umuguruka imbere y’umuyaga+,

      Kandi umumarayika wa Yehova abahinde+.

  • Yesaya 17:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Imiryango y’amahanga+ izohinda nk’urwamo rw’amazi menshi. Azobihambarira koko+, kandi bizotegerezwa guhungira kure, bihindwe nk’umuguruka wo ku misozi imbere y’umuyaga, nk’agashururu k’ibitovu imbere y’umuyaga w’ikirura+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika