Yesaya 35:1 Bibiliya y’isi nshasha 35 Agahinga be n’akarere kagadutse bizokwigina+, kandi ikiyaya c’ubugaragwa kizonezerwa, gishurike nk’ishurwe ry’izafarani+. Yesaya 41:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mu gahinga nzohashira igiti c’isederi, umunyinya n’igiti c’umuhadasi n’igiti c’amavuta+. Mu kiyaya c’ubugaragwa nzohashira igiti c’umuberoshi, igiti c’umutidari n’akajwari icarimwe+;
35 Agahinga be n’akarere kagadutse bizokwigina+, kandi ikiyaya c’ubugaragwa kizonezerwa, gishurike nk’ishurwe ry’izafarani+.
19 Mu gahinga nzohashira igiti c’isederi, umunyinya n’igiti c’umuhadasi n’igiti c’amavuta+. Mu kiyaya c’ubugaragwa nzohashira igiti c’umuberoshi, igiti c’umutidari n’akajwari icarimwe+;