Yesaya 29:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Isinzi ry’abo utazi rizocika nk’intumo inoze+, isinzi ry’intwazamukazo+ na ryo nk’umuguruka uhita+. Kandi bizotegerezwa kuba mu kanya isase, bukwi na bukwi+.
5 Isinzi ry’abo utazi rizocika nk’intumo inoze+, isinzi ry’intwazamukazo+ na ryo nk’umuguruka uhita+. Kandi bizotegerezwa kuba mu kanya isase, bukwi na bukwi+.