Yesaya 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Babiloni, ca kirezi c’ubwami+, bwa bwiza bw’ubwishime bw’Abakaludaya+, itegerezwa gucika nka ca gihe Imana yatembagaza Sodomu na Gomora+. Yesaya 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Kandi nzobahagurukira+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. “Kandi nzorandura muri Babiloni izina+ n’amasigarira n’umuryango n’uruvyaro+,” ni ko Yehova avuze. Yesaya 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi ehe haje umukogote w’intambara w’abantu, ukwegwa n’amafarasi abiri y’imbangutsi+!” Maze atangura kuvuga ati: “Yatemvye! Babiloni yatemvye+, kandi ibishusho bibajwe vyose vy’imana ziwe yabimenaguriye hasi+!”
19 Babiloni, ca kirezi c’ubwami+, bwa bwiza bw’ubwishime bw’Abakaludaya+, itegerezwa gucika nka ca gihe Imana yatembagaza Sodomu na Gomora+.
22 “Kandi nzobahagurukira+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. “Kandi nzorandura muri Babiloni izina+ n’amasigarira n’umuryango n’uruvyaro+,” ni ko Yehova avuze.
9 Kandi ehe haje umukogote w’intambara w’abantu, ukwegwa n’amafarasi abiri y’imbangutsi+!” Maze atangura kuvuga ati: “Yatemvye! Babiloni yatemvye+, kandi ibishusho bibajwe vyose vy’imana ziwe yabimenaguriye hasi+!”