ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 66:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “Nzoshira ikimenyetso hagati yabo+, bamwe mu bacitse kw’icumu ndabarungike mu mahanga+: i Tarushishi+, i Puli n’i Ludi+ mu bafozi b’umuheto, Tubali na Yavani+, amazinga ya kure+, abatumvise inkuru zinyerekeye canke ngo babone ubuninahazwa bwanje+; kandi ntibazobura kuvuga ubuninahazwa bwanje mu mahanga+.

  • Ezekiyeli 12:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nzosigaza muri bo abantu bakeyi bazoba bacitse ku nkota+, ku kigoyi no ku kiza, kugira ngo badonde ibintu biteye ishishi vyabo+ vyose mu mahanga bazojamwo+; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika