Yobu 28:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ni ko kubwira umuntu iti:‘Raba! Ugutinya Yehova, ubwo ni bwo bukerebutsi+,Kandi guca kure ikibi ni kwo gutegera+.’” Imigani 19:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ugutinya Yehova kuganisha ku buzima+, kandi umuntu azorara ahaze+; umuntu ntazogenderwa n’ikibi+.
28 Ni ko kubwira umuntu iti:‘Raba! Ugutinya Yehova, ubwo ni bwo bukerebutsi+,Kandi guca kure ikibi ni kwo gutegera+.’”