Kuvayo 33:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuri ivyo avuga ati: “Ndakwinginze, unyereke ubuninahazwa bwawe+.” Zaburi 97:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amajuru yamenyesheje ubugororotsi bwiwe+,Kandi ibisata vy’abantu vyose vyabonye ubuninahazwa bwiwe+. Yesaya 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi kuri uwo musi muzovuga koko muti: “Nimukengurukire Yehova yemwe+! Nimwambaze izina ryiwe+. Nimumenyeshe mu bisata vy’abantu ivyo akora+. Nimuvuge yuko izina ryiwe rishizwe hejuru+.
6 Amajuru yamenyesheje ubugororotsi bwiwe+,Kandi ibisata vy’abantu vyose vyabonye ubuninahazwa bwiwe+.
4 Kandi kuri uwo musi muzovuga koko muti: “Nimukengurukire Yehova yemwe+! Nimwambaze izina ryiwe+. Nimumenyeshe mu bisata vy’abantu ivyo akora+. Nimuvuge yuko izina ryiwe rishizwe hejuru+.