Gusubira mu vyagezwe 4:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Wewe ubwawe wareretswe, kugira umenye ko Yehova ari we Mana y’ukuri+; nta wundi ariho kiretse we+. 1 Abami 8:60 Bibiliya y’isi nshasha 60 kugira ngo ibisata vy’abantu vyo kw’isi vyose bimenye+ ko Yehova ari we Mana y’ukuri+. Nta yindi iriho+. Yesaya 45:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ndi Yehova, kandi nta wundi n’umwe ariho+. Nta Mana iriho kiretse jewe+. Nzogukenyeza cane, naho utamenye,
35 Wewe ubwawe wareretswe, kugira umenye ko Yehova ari we Mana y’ukuri+; nta wundi ariho kiretse we+.
60 kugira ngo ibisata vy’abantu vyo kw’isi vyose bimenye+ ko Yehova ari we Mana y’ukuri+. Nta yindi iriho+.
5 Ndi Yehova, kandi nta wundi n’umwe ariho+. Nta Mana iriho kiretse jewe+. Nzogukenyeza cane, naho utamenye,