ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Kandi urazi neza uno musi, kandi wibuke mu mutima wawe yuko Yehova ari we Mana y’ukuri mu majuru hejuru no kw’isi hasi+. Nta yindi iriho+.

  • 1 Abami 18:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Abantu bose ngo babibone, baca bagwa bubamye+, bavuga bati: “Yehova ni we Mana y’ukuri! Yehova ni we Mana y’ukuri!”

  • Yeremiya 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mugabo Yehova mu vy’ukuri ni Imana+. Ni we Mana nzima+ akaba n’Umwami gushika igihe kitagira urugero+. Isi izotigitishwa+ n’uburakari bwiwe, kandi amahanga ntazokwihanganira imisibo yiwe+.

  • Ezekiyeli 36:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 ‘Kandi sinzobura kweza izina ryanje rihambaye+ ryariko rihumanywa mu mahanga, iryo mwahumanije hagati muri yo; kandi amahanga azobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘ninezwa muri mwebwe mu maso yabo+.

  • Ezekiyeli 39:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Izina ryanje ryeranda nzorimenyekanisha hagati y’igisata canje Isirayeli, kandi sinzokwongera kureka ngo izina ryanje ryeranda rihumanywe+; kandi amahanga azobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+, Umweranda muri Isirayeli+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika