Yeremiya 13:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi niwavuga mu mutima wawe+ uti: ‘Kubera iki ibi bintu binshikiye+?’; kubera ubwinshi bw’ikosa ryawe, impuzu* zawe wahora wipfuka ziratwawe+; ibitsintsiri vyawe vyagiriwe ivy’ubukazi. Nahumu 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Ehe ngira nkurwanye+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “kandi nzoduza impuzu* yawe ndayigupfuke mu maso, ntume amahanga abona ubwambure bwawe+, n’ubwami bubone agateterwe kawe.
22 Kandi niwavuga mu mutima wawe+ uti: ‘Kubera iki ibi bintu binshikiye+?’; kubera ubwinshi bw’ikosa ryawe, impuzu* zawe wahora wipfuka ziratwawe+; ibitsintsiri vyawe vyagiriwe ivy’ubukazi.
5 “Ehe ngira nkurwanye+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “kandi nzoduza impuzu* yawe ndayigupfuke mu maso, ntume amahanga abona ubwambure bwawe+, n’ubwami bubone agateterwe kawe.