ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 47:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Tora urusyo rw’amaboko+ usye ifu. Ipfukure icitwikiro+ cawe. Ambura impuzu irekera*+. Pfukura ukuguru+. Jabuka inzuzi.

  • Yeremiya 13:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kandi niwavuga mu mutima wawe+ uti: ‘Kubera iki ibi bintu binshikiye+?’; kubera ubwinshi bw’ikosa ryawe, impuzu* zawe wahora wipfuka ziratwawe+; ibitsintsiri vyawe vyagiriwe ivy’ubukazi.

  • Ezekiyeli 16:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 ngira rero nkoranirize hamwe abagukunda urukundo rukaze bose wahimbara, be n’abo wakunda bose, hamwe n’abo wanka bose, ndabakoranirize hamwe bakwereke bavuye irya n’ino, ndabapfukurire ibihimba vyawe vy’ibanga, babone koko ibihimba vyawe vyose vy’ibanga+.

  • Ivyahishuwe 17:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Arya mahembe cumi+ wabonye na yo, be na kirya gikoko+, ivyo bizokwanka urya mumaraya+, kandi bizomutikiza bimusige ari gusa, kandi bizorya inyama ziwe, bimutongoze umuriro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika