ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 10:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Kuko umubisha yishemeje ku cipfuzo c’ubwikunzi c’umutima wiwe+,

      N’uwuronka inyungu y’umwina+ yihezagiye;

      נ [Nuni]

      Yagaye Yehova+.

  • Zaburi 14:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Imburabwenge yavuze mu mutima wayo ngo:

      “Yehova nta wuriho+.”

      Barikwegeye guhona+, bakoze ibiteye ishishi.

      Nta n’umwe ariho akora iciza+.

  • Zaburi 36:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Amajambo y’akanwa kiwe ni ibibabaza n’ubuhendanyi+;

      Yaretse kugira ugutahura kwimbitse kwo gukora ineza+.

  • Imigani 6:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 umutima urementanya imigambi mibi+, ibirenge vyihutira kwirukira ikibi+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika