Imigani 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Uwo wese yita umubisha umugororotsi+ be n’uwo wese yita umugororotsi umubisha+, emwe, abo bompi ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+. Malaki 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Mwaruhije Yehova n’amajambo yanyu+, hanyuma muvuga ngo: ‘Ni gute twamuruhije?’ Ni mu kuba muvuga ngo: ‘Umuntu wese akora ikibi ni mwiza mu maso ya Yehova, kandi mwene abo baramuhimbara+’; canke ngo: ‘Ya Mana y’ubutungane iri hehe+?’”
15 Uwo wese yita umubisha umugororotsi+ be n’uwo wese yita umugororotsi umubisha+, emwe, abo bompi ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+.
17 “Mwaruhije Yehova n’amajambo yanyu+, hanyuma muvuga ngo: ‘Ni gute twamuruhije?’ Ni mu kuba muvuga ngo: ‘Umuntu wese akora ikibi ni mwiza mu maso ya Yehova, kandi mwene abo baramuhimbara+’; canke ngo: ‘Ya Mana y’ubutungane iri hehe+?’”