Zaburi 63:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umutima wanje wagukurikiye ubutavirira+;Ukuryo kwawe kurangumije+. Zaburi 91:1 Bibiliya y’isi nshasha 91 Uwo wese yibera ahihishije+ ha Musumbavyose+Azokwironsa uburaro mu gitutu ca Mushoboravyose+. Yesaya 51:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nzoshira amajambo yanje mu kanwa kawe+, kandi nzogupfukisha koko igitutu c’ukuboko kwanje+, kugira ngo ntere amajuru+, nshinge umushinge w’isi+, mbwire Siyoni nti: ‘Uri igisata canje+.’
16 Nzoshira amajambo yanje mu kanwa kawe+, kandi nzogupfukisha koko igitutu c’ukuboko kwanje+, kugira ngo ntere amajuru+, nshinge umushinge w’isi+, mbwire Siyoni nti: ‘Uri igisata canje+.’