Gusubira mu vyagezwe 33:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ya Mana yo mu gihe ca kera ni ubwikingo+,Munsi na ho hari ya maboko yamaho igihe kitagira urugero+.Azokwirukana umwansi imbere yawe+,Kandi azovuga ati: ‘Bazimanganye+!’ Zaburi 91:1 Bibiliya y’isi nshasha 91 Uwo wese yibera ahihishije+ ha Musumbavyose+Azokwironsa uburaro mu gitutu ca Mushoboravyose+. Yesaya 49:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Araheza agira akanwa kanje nk’inkota ikarishe+. Yanyegeje+ mu gitutu+ c’ukuboko kwiwe. Amaherezo yangize umwampi usenye. Yampishije mu mutana wiwe.
27 Ya Mana yo mu gihe ca kera ni ubwikingo+,Munsi na ho hari ya maboko yamaho igihe kitagira urugero+.Azokwirukana umwansi imbere yawe+,Kandi azovuga ati: ‘Bazimanganye+!’
2 Araheza agira akanwa kanje nk’inkota ikarishe+. Yanyegeje+ mu gitutu+ c’ukuboko kwiwe. Amaherezo yangize umwampi usenye. Yampishije mu mutana wiwe.