Zaburi 17:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nunzigame nk’imbone y’ijisho+,Umpishe mu gitutu c’amababa yawe+, Zaburi 36:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ese ukuntu ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari ubw’agaciro ntangere, ewe Mana+!Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho abana b’abantu bahungira+. Zaburi 57:1 Bibiliya y’isi nshasha 57 Ngirira ubutoni, ewe Mana, ngirira ubutoni+,Kuko muri wewe ari ho mpungiye+;Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho mpungiye gushika amarushwa arenganye+.
7 Ese ukuntu ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari ubw’agaciro ntangere, ewe Mana+!Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho abana b’abantu bahungira+.
57 Ngirira ubutoni, ewe Mana, ngirira ubutoni+,Kuko muri wewe ari ho mpungiye+;Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho mpungiye gushika amarushwa arenganye+.