Yesaya 43:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ibi ni vyo Yehova avuze, Umucunguzi wanyu+, wa Mweranda wa Isirayeli+: “Ku bwanyu nzorungika abantu i Babiloni, manure ibihindizo vy’amabohero+, manure n’Abakaludaya mu meri, bavuze amaruru y’ukwanira+.
14 Ibi ni vyo Yehova avuze, Umucunguzi wanyu+, wa Mweranda wa Isirayeli+: “Ku bwanyu nzorungika abantu i Babiloni, manure ibihindizo vy’amabohero+, manure n’Abakaludaya mu meri, bavuze amaruru y’ukwanira+.