Yesaya 42:1 Bibiliya y’isi nshasha 42 Ehe umusavyi wanje+, uwo ngumije+! Uwo natoye+, uwo umutima wanje washimye+! Nashize impwemu yanje muri we+. Azozana ubutungane ku mahanga+. 1 Petero 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mu kuza kuri we nk’abaza kw’ibuye rizima+ ryatawe+ n’abantu+ koko, mugabo rikaba ari iryatowe n’Imana kandi ry’agaciro kuri yo+,
42 Ehe umusavyi wanje+, uwo ngumije+! Uwo natoye+, uwo umutima wanje washimye+! Nashize impwemu yanje muri we+. Azozana ubutungane ku mahanga+.
4 Mu kuza kuri we nk’abaza kw’ibuye rizima+ ryatawe+ n’abantu+ koko, mugabo rikaba ari iryatowe n’Imana kandi ry’agaciro kuri yo+,