Yesaya 51:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nzoshira amajambo yanje mu kanwa kawe+, kandi nzogupfukisha koko igitutu c’ukuboko kwanje+, kugira ngo ntere amajuru+, nshinge umushinge w’isi+, mbwire Siyoni nti: ‘Uri igisata canje+.’
16 Nzoshira amajambo yanje mu kanwa kawe+, kandi nzogupfukisha koko igitutu c’ukuboko kwanje+, kugira ngo ntere amajuru+, nshinge umushinge w’isi+, mbwire Siyoni nti: ‘Uri igisata canje+.’